Script: Mugihe c' amayinga 10 ibitsike vyo hejuru y'ijisho bipfundikira ijisho bikanarikoresha.
Akayoya karayura, akenshi karafungura kakanafunga umunwa.