Script: Mugihe c' amayinga 6 ½, inkokora ziba zigaragara, intoki zitangura gutandukana, ukwinyagambura kw'amaboko gushobora kuboneka.