WEBVTT 00:00.000 --> 00:02.633 Buri mubiri w'umuntu ugizwe n'utuburungu 00:02.667 --> 00:05.133 tugera kuri miriyaridi 3 tukagenda ari tubiri tubiri. 00:05.167 --> 00:09.500 Akaburungu kamwe gusa ka DNA kaba gafise inkuru zitabarika 00:09.533 --> 00:12.100 kuburyo iyo izo nkuru ziza kwandikwa mu magambo, 00:12.133 --> 00:14.867 niho haza gukoreshwa indome imwe gusa ibanza ya buri jambo 00:14.900 --> 00:19.500 hakenerwa amapaji miriyoni 1.5 y'ivyanditswe! 00:19.533 --> 00:21.967 Iyo kapimwe uko kangana 00:21.1000 --> 00:26.867 akaburungu kamwe ka DNA k'umuntu gapima santimetero 100 00:26.900 --> 00:28.767 cangwa metero 1.