WEBVTT 00:00.000 --> 00:00.000 Mugihe c' amayinga 6, 00:00.033 --> 00:02.600 amaraso atangura kubaho mu mwijima 00:02.633 --> 00:04.1000 urukoko rw'amavuta rutangura kubaho. 00:05.033 --> 00:06.767 Ubu bwoko bw'utuburungu tw'amaraso yera 00:06.800 --> 00:10.867 ni igice c'ingenzi murwego rwo guha ingabo umubiri. 00:10.900 --> 00:12.133 Ubuhumekero, 00:12.167 --> 00:14.167 imitsi y'ibanze ikora muguhumeka, 00:14.200 --> 00:16.967 ibaho ahanini mugihe c' amayinga 6.